Évangéliser les aréopages contemporains

Accueil » Divers » Ukugabura imitima?

Ukugabura imitima?

AU FIL DU TEMPS (Articles publiés)


« Mumutwenzi wo kuri uyu musi abasuma 2 bivye imyembe harya kumuryango winjira Roi Khaled hasanzwe hadandarizwa ivyamwa maze bariruka binjira mucumba c’uburuhukiro, mugabo­ mu kwinjira muri morgue hari imyembe 2 yabakorokanye. Bagezeyo batanguye kugabura bavuga bati « uyu ni rwanje, uyu ni rwawe ». Umuzamu yakanguwe no kwumva ngo « uyu ni rwawe uyu ni rwanje », maze aca ariruka kubwira Docteur ati: « doctor ingo wumve ingene Imana na Shetani bariko baragabura imitima y’abari muburuhukiro » Docteur aza yiruka maze ageze ku muryango yumva abatipe baracagabura bavuga bati uyu ni rwawe uyu ni rwanje, maze umwe muribo aca aravuga ati: « niriya ibiri iri ku muryango tuje kuyizana wewe uratwara umwe nanje uwundi » eeeh! Docteur n’umuzamu bumvise uko baca bagira n’imitima yabo baje kugabura. Maze bariruka kandi kuva mu mutwenzi ntibaragaruka. Uwobabona yotubwira……

Mbega ubu Umutima wanje hogera iyo « séance » y’ukugabura wotahukanwa na nde muri abo babiri?
Si je nohahera!

Voulez-vous soumettre un commentaire?

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion /  Changer )

Photo Google

Vous commentez à l'aide de votre compte Google. Déconnexion /  Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion /  Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion /  Changer )

Connexion à %s

Ce site utilise Akismet pour réduire les indésirables. En savoir plus sur la façon dont les données de vos commentaires sont traitées.

Quelques données (Diocèse Ngozi)

Ici, données sur le Diocèse de Ngozi

Eglise Cathédrale de Ngozi

%d blogueurs aiment cette page :