Accueil » Vivons en Eglise » Eglise locale » Diocèse de NGOZI » Imisa mu Kirundi (Kyrie + Gloria)
Imisa mu Kirundi (Kyrie + Gloria)
AU FIL DU TEMPS (Articles publiés)
← Idominika y’7 ya Pāsíka (Umwâka A) Ya Bibiliya Nyeranda twari tunyotewe yabonetse. Dushimire Imana! →
Derniers Articles
-
Le temps de l’Avent: accueil de » Dieu qui est, qui était et qui vient » dans notre vie quotidienne.
A l’école de Joseph et de Marie : figures de l’Avent. «Deux hommes seront aux champs : l’un est pris, l’autre laissé. Deux femmes seront au…
-
Ubushikiro: « Ng’uyo Yezu araje. Musanganire. »
Ubushikiro rero, si ukwibuka ya myaka Abanyisrayeli bamara barindiriye Umukiza canke ukwitegurira umunsi mukuru wa Noheli gusa, n’aho n’ivyo birimwo. Ni nyabuna ikiringo umuntu atumiriwe…
-
« Murabe maso, ntihagire uwuzobahuvya. Murinze rugabo, niho muzokiza imitima yanyu »
Ibīza, intambara, ugukubagurwa kw’abantu n’ubundi bugome ni ivyo tubona, hamwe n’ingaruka zavyo. Twumvirije ibisomwa vy’uyu musi, duca dusanga umengo bivuga ibihe vyacu. Duhanzwe na vyinshi.…
-
Tuzozukira ubundi buzima, buninahaye kubw’ukudahemuka kw’uwo twamye twizeye.
Nkako nyene, iryo jambo baritegereye rivuye kure kuko si irya vuba kuko n'Umuhanuzi Ezekiyeki yari yarabihanuye mu kigabane ca 37 aho yerekwa amagufa yuzuye akabande,…