Accueil » Actu-Analyse (Page 3)
Archives de Catégorie: Actu-Analyse
Umushaha Mweranda wa Yezu: « Ni muze mwebwe mwese murushe, nzobaruhurira »
Bavukanyi,
Uyu musi turiko duhimbaza umusi mukuru cane w’Umushaha Mweranda wa Yezu, ukaba n’umusi mpuzamakundu w’ugusabira ubweranda abasaserdoti basanzwe badushikiriza ivyiza vy’Imana, mu nyigisho, ariko cane cane muri ya masakramentu adudubiza ava mu mushaha wasogoswe wa Yezu, umwe wavamwo amazi n’amaraso bitumenyesha ubuzima bw’Imana iduha ataco yisigarije. Mu bisanzwe, uyu musi uhimbazwa ku musi wa gatanu ukurikira uw’Imana kuva duhimbaje Isakramentu Ryeranda. Hano iwacu i Burundi, Abepiskopi bashimye ko tuwuhimbaza ku musi w’Imana kugira abakristu baronke akaryo keza ko kuwuhimbaza batabangikanije.
Uyu musi rero ni uwacu, aho Umukama atwereka urukundo adufitiye nk’uko twagiye turavyumva mu bisomwa vyeranda vy’uyu musi. Twumvise ingene ijambo ry’urukundo ryagiye riragaruka. No mu Nkuru Nziza, ni ryo Yezu yagarutseko mu yandi majambo, atwereka umwitwarariko adufitiye, ati : ni muze mwebwe mwese murushe kandi muremerewe, nzobaruhurira, muheze muronke akoyoko k’imitima yanyu. None ubwo iryo jambo riratwerekeye? Ni twaba tubona tutarushe cane, ubwo abarushe canke baruhijwe bari aho mbaye canke aho nkorera, (suite…)
Inzira z’ámahóro: « va hāsí, umanúkane inzira…. »

Seigneur, c’est certain que tu es là au cœur de nos vies, dans nos tourments, sur nos routes de doutes et de désespoir…. Fais de moi ton témoin.
Le même jour
L’indication : le même jour nous place dimanche de la résurrection. Pâques. Ce dimanche qui dure 50 jours. Si nous savions l’importance de ce grand jour dans la vie des chrétiens! Ce jour du Seigneur, c’est le Seigneur des jours, la fête primordiale pour les chrétiens. Quand il perd son éclat dans nos vies, le Seigneur des jours s’éclipse dans nos vies qui ne deviennent qu’une succession de nos projets, de nos plans et de nos stratégies.
Aujourd’hui, l’Evangile nous assure que Jésus est vivant et qu’il est toujours le centre à partir duquel se construit la communauté de ses disciples. C’est précisément dans ce contexte ecclésiale- dans une rencontre communautaire, dans le dialogue avec nos frères qui partagent notre foi, dans l’écoute communautaire de la parole de Dieu, dans l’amour partagé par des actes fraternels et de service aux autres- que les disciples peuvent expérimenter leur rencontre avec Jésus ressuscité.
Les disciples accablés de tristes pensées, n’ont jamais imaginé que cet étranger fut précisément leur Maître qui était déjà ressuscité. Pourtant, leur cœur «brûlait» (cf. Lc 24,32), lorsqu’Il leur parlait et leur expliquait les Ecritures. La lumière de la Parole enlevait la dureté de leur cœur et «leurs yeux s’ouvrirent» (Lc 24,31).
L’icône des disciples d’Emmaüs nous sert de guide sur la longue route de nos doutes, (suite…)