Évangéliser les aréopages contemporains

Accueil » Divers » Divertissements (Page 2)

Archives de Catégorie: Divertissements

Mes Photos sur Flickr

…ariyahura ngo akurikarane film!

Umugabo n’umugore bahora bashwana, bagakizwa n’abana babo. Umusi umwe  umugabo afata « ingingo » igoye ariyahura! Umugore wiwe ati : « Akaramuka antanze mw’ijuru azombeshera ivyaha ntakoze .» Ni uko rero nawe ariyahura ngo azomuvuge ariho ari ntamwurengere iry’umunani! Abana babo nabo bati : « Noneho bazokwicana tutahari ngo tuban-ganguranye », nabo bariyahura bose! Umubanyi wabo yahora abikurikiranira hafi, yaramenye ivyo biyumvira  abnye biyahuye urukurikirane ati ngira ngo ni FILM ! Ati iyi film natanguye nkaba ntabonye final, noba mpomvye, nawe ariyahura ngo abandanye akurikirane  iyo film!

Vengence physico-mathématique

Un prof de physique tombe sur une lettre d’amour
qu’un élève de son école aurait écrit à sa fille.

ET VOICI LA RÉPONSE ÉCRITE DUDIT PÈRE »
Mon cher élève L. de 3ème scientifique A,
Si la trajectoire rectiligne uniforme de mon coup de
poing hyperbolique atteint la tangente
asymptotique de tes mandibules sinusoïdales, alors
mon cher élève tu apprendras que la chute libre
d’un énergumène comme toi produit une énergie
cinétique proportionnelle au carré de la vitesse de
la force de frappe multiplié par la masse de point.
Si jamais tu oses encore poser ne serait ce qu’un
regard perpendiculairement oblique au référentiel
de la position de ma fille ou dont la pente de l’angle
de ton regard avec la direction de la force P de ma
fille forme un angle supérieur ou égal à 0,001
degré, alors tu expérimenteras la loi de Newton ou
celle d’Archimède pour lesquelles tu serviras de
solide expérimental. A ce moment tu sauras que la
limite de la puissance d’un père fâché quand sa
tension tend vers l’infini est une forme
indéterminée.
(De la page Facebook de J.F.J.)

Ukugabura imitima?

« Mumutwenzi wo kuri uyu musi abasuma 2 bivye imyembe harya kumuryango winjira Roi Khaled hasanzwe hadandarizwa ivyamwa maze bariruka binjira mucumba c’uburuhukiro, mugabo­ mu kwinjira muri morgue hari imyembe 2 yabakorokanye. Bagezeyo batanguye kugabura bavuga bati « uyu ni rwanje, uyu ni rwawe ». Umuzamu yakanguwe no kwumva ngo « uyu ni rwawe uyu ni rwanje », maze aca ariruka kubwira Docteur ati: « doctor ingo wumve ingene Imana na Shetani bariko baragabura imitima y’abari muburuhukiro » Docteur aza yiruka maze ageze ku muryango yumva abatipe baracagabura bavuga bati uyu ni rwawe uyu ni rwanje, maze umwe muribo aca aravuga ati: « niriya ibiri iri ku muryango tuje kuyizana wewe uratwara umwe nanje uwundi » eeeh! Docteur n’umuzamu bumvise uko baca bagira n’imitima yabo baje kugabura. Maze bariruka kandi kuva mu mutwenzi ntibaragaruka. Uwobabona yotubwira……

Mbega ubu Umutima wanje hogera iyo « séance » y’ukugabura wotahukanwa na nde muri abo babiri?
Si je nohahera!
%d blogueurs aiment cette page :