Évangéliser les aréopages contemporains

Accueil » Posts tagged 'Abatagatifu'

Archives de Tag: Abatagatifu

Ugukēnguruka: Imâna ni inináhazwe.

Venite Adoremus,Dominum

Haninahazwe, hahezagirwe Yezu Kristu mw’Isakramentu Ryeranda.

        Bose : Imana ni ininahazwe.

  1. Nituninahaz’Izina ryayo ryeranda.
  1. Haninahazwe Yezu Kristu, Mana nyayo n’Umuntu nyawe.
  1. Haninahazw’Izina rya Yezu.
  1. Haninahazwe Umushaha wiwe mweranda.
  1. Haninahazwe Amaraso yiwe y’igiciro ntangere.
  1. Haninahazwe Yezu, mw’Isakramentu ryeranda rwose ry’Altari.
  1. Haninahazwe Mutima Mutagatifu Umuvunyi.
  1. Haninahazwe wa Muvyeyi muhimbaza w’Imana Bikira Mariya mweranda.
  1. Haninahazw’Isamwa ryiwe ryeranda, ata gicumuro.
  1. Haninahazw’Iteka ryiwe ry’ukwurizwa mwijuru.
  1. Haninahazw’Izina rya Mariy’Umubikira n’Umuvyeyi.
  1. Haninahazwe Yozefu Mutagatifu wa Mukunzi wiwe
  1. Mungu naninahazwe mu Bamalayika biwe, n’abatagatifu biwe.

Cfr Turirimbire Umukama I, 6ème éd., Presses Lavigeries, Bujumbura 1998, p.69 (H1)

%d blogueurs aiment cette page :