Évangéliser les aréopages contemporains

Accueil » Posts tagged 'Archidiocèse de Bujumbura'

Archives de Tag: Archidiocèse de Bujumbura

Ijambo rishikirijwe n’Umwepiskopi mukuru wa Diyoseze nkuru ya Bujumbura mu gihe c’ugushikirizwa ubutumwa bwiwe i Bujumbura ku wa 5 Rusama 2018

31531212_1893462154280171_1626656002218655744_oBanyenicubahiro, Banyakwubahwa, namwe bakunzi mwese,

  1. Mw’ijambo ry’uyu munsi uri hejuru, nta kindi numva noshikiriza atari ijambo, ahakuru ry’ubukengurutsi, kumbure nkongerako intumbero n’indoto nerekeza ku butumwa Nyenubweranda Papa Fransisko yampaye muri iyi Diyoseze nkuru ya Bujumbura.
  2. Narakengurutse, ndakenguruka, kandi nzobandanya nkengurukira Imana, Yo kuva mu mwaka w’i 2000, yashimye kunsangiza kw’ibanga no ku butumwa bw’Abasubirizi b’Abatumwa, mu kundungika muri Diyoseze nziza ntazibagira ya Ngozi. None uyu munsi naho iruhiriye,  yongeye kunyizigira mu kunshinga ubutumwa muri iyi Diyoseze nkuru ya Bujumbura, iri ku mugwa mukuru w’igihugu. Ndakengurukiye cane Nyenubweranda Papa Fransisko yanshikirije ubwo butuma bujanye n’ishaka ry’Imana. Nkibwumva, nkiraba inda n’indesho, n’imyaka ngezemwo, vyaranteye akoba, mugabo  kubera ko ndi umukristu yemera,  yizigira kandi agakunda Imana,  narabwakiranye urweze,  nka rya shaka ry’Imana; ya Mana batubwira ko itanga akazi no kw’isaha y’icumi y’umuhingamo, hanyuma uwuyikundiye akaba mbere  ari we ica iherako mu guhemba neza (raba Matayo 20, 1-16) !
  3. Ndakengurukiye kandi Intumwa ya Papa mu Burundi, yo yanshikirije ubwo butumwa kandi ikandemesha. Ngakengurukira n’Abepiskopi bagenzanje, eka abasaseredoti, abihebeyimana n’abakristu balayike, ku ruhara bamwe bamwe bose bagize kugira ngo ntorerwe ubu butumwa, haba mu gisabisho bahereje Imana basaba Umwungere w’iyi Diyoseze (suite…)

Mgr Gervais BANSHIMIYUBUSA est le Nouvel Archevêque métropolitain de Bujumbura.

Mgr GervaisSa saintété le Pape François vient d’accepter la renonciation de Mgr Evariste Ngoyagoye à la charge épiscopale de l’Archidiocèse de Bujumbura dont il était le Pasteur, en conformité à la législation canonique de l’Eglise (Canon 401, Paragraphe 1)
Il a nommé par la suite Mgr Gervais Banshimiyubusa (qui était Evêque de Ngozi) comme Nouvel Archevêque de Bujumbura. Mgr Gervais restera Administrateur Apostolique du même Diocèse jusqu’à la nomination de son successeur.

104_2024Le 30 avril 1997, le Pape Jean-Paul II avait nommé Mgr Evariste NGOYAGOYE comme troisième Evêque résidentiel du Diocèse de Bujumbura. Il est installé le 7 juin 1997. Le 25 novembre 2006, (suite…)

%d blogueurs aiment cette page :