Évangéliser les aréopages contemporains

Accueil » Posts tagged 'Barnaba'

Archives de Tag: Barnaba

IDOMINIKA YA 5 YA PASIKA (Umwâka C)

IGISOMWA CA MBERE

Ivyo dusoma mu gitabu c’ibikorwa vy’Abatumwa (14, 21b-27)

VoyagedesaintpaulPaulo na Barnaba barasubira i Listre, muri Ikoniya no muri Antiyokiya; barakomeza imitima y’abigishwa, babahanura kugumya ukwemera kwabo, babagabisha ko bazobona ibibagora vyinshi umwanya batarashikira Ubwami bw’Imana.

Babanje gusenga n’ukwibabaza bisonzesha, batora abakuru mw’Ekleziya imwe imwe, hanyuma bahereza Umukama ba bantu bari bamwizeye. Hanyuma baca muri Pisidiya, bashika i Pamfiliya, bamenyesha ijambo ry’Imana i Perje, baca (suite…)

%d blogueurs aiment cette page :